Imigani 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntiwiratire umusi ukurikira+, kuko utazi ico umusi uzovyara+. Yakobo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.
14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.