ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Raba! Ikiruta ibindi jewe niboneye, kikaba ari ciza, ni uko umuntu yorya, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa c’ubutame ciwe cose+ akora agatama munsi y’izuba mu misi yose y’ubuzima bwiwe Imana y’ukuri yamuhaye, kuko uwo ari wo mugabane wiwe.

  • Umusiguzi 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nanje narakeje umunezero+, kuko ata co abantu bafise munsi y’izuba kiruta kurya no kunywa no kunezerwa, be n’uko bikwiye kubaherekeza mu gikorwa cabo c’ubutame mu misi y’ubuzima bwabo+ Imana y’ukuri yabahaye munsi y’izuba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika