Itanguriro 48:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi amaso ya Isirayeli yari asigaye abona ivyijiji kubera ubusaza+. Ntiyashobora kubona. Nuko abazana hafi yiwe, arabasoma yongera arabagumbira+. Umusiguzi 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 imbere y’uko izuba n’umuco n’ukwezi n’inyenyeri bicura umwiza+, n’ibicu bikagaruka, maze hakaza imvura y’isegenya; Yohani 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Ukiri muto, warikenyeza, ukagendagenda aho ushaka. Mugabo niwasaza uzoramvura amaboko uwundi muntu agukenyeze+, agutware aho udashaka+.”
10 Kandi amaso ya Isirayeli yari asigaye abona ivyijiji kubera ubusaza+. Ntiyashobora kubona. Nuko abazana hafi yiwe, arabasoma yongera arabagumbira+.
2 imbere y’uko izuba n’umuco n’ukwezi n’inyenyeri bicura umwiza+, n’ibicu bikagaruka, maze hakaza imvura y’isegenya;
18 Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Ukiri muto, warikenyeza, ukagendagenda aho ushaka. Mugabo niwasaza uzoramvura amaboko uwundi muntu agukenyeze+, agutware aho udashaka+.”