2 Samweli 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abafilisitiya+ bongera kurwana intambara na Isirayeli. Nuko Dawidi ari kumwe n’abasuku biwe bamanuka kurwanya Abafilisitiya; maze Dawidi araruha. Zaburi 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+. Zaburi 90:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko imisi yacu yose iyonze kubera uburake bwawe+;Turangije imyaka yacu nk’ubwongoshwe+. Zaburi 102:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ku nzira, yaruhije inkomezi zanje+,Yagabanije imisi yanje+.
15 Abafilisitiya+ bongera kurwana intambara na Isirayeli. Nuko Dawidi ari kumwe n’abasuku biwe bamanuka kurwanya Abafilisitiya; maze Dawidi araruha.
15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+.