Itanguriro 48:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi amaso ya Isirayeli yari asigaye abona ivyijiji kubera ubusaza+. Ntiyashobora kubona. Nuko abazana hafi yiwe, arabasoma yongera arabagumbira+. Yesaya 59:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Tuguma dukabakaba uruhome nk’impumyi, tukaguma dukabakaba nk’abatagira amaso+. Twatsitaye ku mutaga w’amaminangohe nko mu gahwibi; mu bantu b’indyamunyu tumeze nk’abapfuye+. Matayo 9:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze akora ku maso yabo+, avuga ati: “Nibibabere nk’uko mwizeye.”
10 Kandi amaso ya Isirayeli yari asigaye abona ivyijiji kubera ubusaza+. Ntiyashobora kubona. Nuko abazana hafi yiwe, arabasoma yongera arabagumbira+.
10 Tuguma dukabakaba uruhome nk’impumyi, tukaguma dukabakaba nk’abatagira amaso+. Twatsitaye ku mutaga w’amaminangohe nko mu gahwibi; mu bantu b’indyamunyu tumeze nk’abapfuye+.