1 Abami 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Salomo na we amwishura ibibazo vyiwe vyose+. Nta kibazo na kimwe cananiye umwami ngo ntakimwishure+. 1 Abami 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hahiriwe abantu bawe+; hahiriwe+ aba basuku bawe bama bahagarara imbere yawe, bumviriza ubukerebutsi bwawe+!
3 Salomo na we amwishura ibibazo vyiwe vyose+. Nta kibazo na kimwe cananiye umwami ngo ntakimwishure+.
8 Hahiriwe abantu bawe+; hahiriwe+ aba basuku bawe bama bahagarara imbere yawe, bumviriza ubukerebutsi bwawe+!