Imigani 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ubuninahazwa bw’Imana ni ukugumiza ikintu ari ibanga+, ubuninahazwa bw’abami na bwo ni uguserangura ikintu+. Luka 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 na jewe nyene, kubera ko nakurikiranye neza ibintu vyose kuva mu ntango, nafashe ingingo yo kubikwandikira mu rukurikirane rwumvikana+, nyakwubahwa+ Tewofile+,
2 Ubuninahazwa bw’Imana ni ukugumiza ikintu ari ibanga+, ubuninahazwa bw’abami na bwo ni uguserangura ikintu+.
3 na jewe nyene, kubera ko nakurikiranye neza ibintu vyose kuva mu ntango, nafashe ingingo yo kubikwandikira mu rukurikirane rwumvikana+, nyakwubahwa+ Tewofile+,