1 Abami 4:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Yarashobora guca imigani ibihumbi bitatu+, indirimbo ziwe+ na zo ziba igihumbi na zitanu. Imigani 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Imigani+ ya Salomo+ mwene Dawidi+, umwami wa Isirayeli+,