Imigani 15:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Umuntu aranezererwa inyishu y’akanwa kiwe+, kandi ijambo rije ku gihe caryo, ewe kuntu ari ryiza+! Imigani 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umuntu w’inkerebutsi mu mutima azokwitwa uwutegera+, kandi uw’iminwa isosa arongereza ubushobozi bwo gutuma umuntu anyurwa+. Imigani 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amajambo ahimbaye ni ikimamara c’ubuki+, asosera umutima kandi agakiza amagufa+. Imigani 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’ivyamwa vy’amapome y’inzahabu mu duhingurano tw’ifeza, ni ko ijambo rivuzwe ku gihe caryo rimera+.
23 Umuntu aranezererwa inyishu y’akanwa kiwe+, kandi ijambo rije ku gihe caryo, ewe kuntu ari ryiza+!
21 Umuntu w’inkerebutsi mu mutima azokwitwa uwutegera+, kandi uw’iminwa isosa arongereza ubushobozi bwo gutuma umuntu anyurwa+.
11 Kurya kw’ivyamwa vy’amapome y’inzahabu mu duhingurano tw’ifeza, ni ko ijambo rivuzwe ku gihe caryo rimera+.