Luka 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kugira umenye neza yuko ivyo wigishijwe ku munwa ari ivy’ukuri+. Yohani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubeze+ biciye ku kuri; ijambo+ ryawe ni ukuri+.