Ivyakozwe 2:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Aho bumviye ivyo, basogotwa mu mitima+, babwira Petero n’izindi ntumwa bati: “Bagabo, bene wacu, tugire dute+?” 2 Abakorinto 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ibirwanisho vy’intambara yacu atari ivy’umubiri+, mugabo bigirwa ivy’ububasha n’Imana+ kugira dutembagaze ibintu bihamangiye. Tito 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ngo bakebanure abagore bakiri bato bagarure ubwenge kugira bakunde abagabo babo+, bakunde abana babo+, Abaheburayo 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko ijambo+ ry’Imana ari rizima+ kandi rigira ububasha+ rikaba kandi rikarishe kuruta inkota iyo ari yo yose y’ubugi bubiri+ kandi rikinjira gushika no ku gutandukanya ubuzima+ n’impwemu+, ingingo n’umusokoro wazo, kandi rigashobora gutahura ivyiyumviro n’imigabo vy’umutima+.
37 Aho bumviye ivyo, basogotwa mu mitima+, babwira Petero n’izindi ntumwa bati: “Bagabo, bene wacu, tugire dute+?”
4 Kuko ibirwanisho vy’intambara yacu atari ivy’umubiri+, mugabo bigirwa ivy’ububasha n’Imana+ kugira dutembagaze ibintu bihamangiye.
4 ngo bakebanure abagore bakiri bato bagarure ubwenge kugira bakunde abagabo babo+, bakunde abana babo+,
12 Kuko ijambo+ ry’Imana ari rizima+ kandi rigira ububasha+ rikaba kandi rikarishe kuruta inkota iyo ari yo yose y’ubugi bubiri+ kandi rikinjira gushika no ku gutandukanya ubuzima+ n’impwemu+, ingingo n’umusokoro wazo, kandi rigashobora gutahura ivyiyumviro n’imigabo vy’umutima+.