ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko mpebera umutima wanje kumenya ubukerebutsi no kumenya ubusazi+, ndamenya ubupfu+, yuko ivyo na vyo nyene ari ukwiyahagura ukurikira umuyaga+.

  • Umusiguzi 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Jewe narahindukiye, mbere n’umutima wanje ugira kuno+, kugira ngo menye, ngendure kandi ndondere ubukerebutsi+ be n’imvo y’ibintu+, no kugira ngo menye ivyerekeye ububisha bw’ubujuju be n’ubupfu bw’ubusazi+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika