Umusiguzi 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko, ni akarusho gaki umuntu w’inkerebutsi afise ku kijuju+? Umurushwa aronka iki mu kumenya ingene agendera imbere y’abazima? Abaroma 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni co gituma, nk’uko igicumuro cinjiye mw’isi biciye ku muntu umwe+ urupfu+ na rwo rukazanwa n’igicumuro, gutyo urupfu rugakwira ku bantu bose kuko bose bari baracumuye+... Abaheburayo 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi nk’uko abantu babikiwe+ gupfa rimwe rizima, mugabo mu nyuma hakaba urubanza+,
8 Kuko, ni akarusho gaki umuntu w’inkerebutsi afise ku kijuju+? Umurushwa aronka iki mu kumenya ingene agendera imbere y’abazima?
12 Ni co gituma, nk’uko igicumuro cinjiye mw’isi biciye ku muntu umwe+ urupfu+ na rwo rukazanwa n’igicumuro, gutyo urupfu rugakwira ku bantu bose kuko bose bari baracumuye+...