Zaburi 45:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+. Indirimbo ya Salomo 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kurya kw’igiti c’ipome+ mu biti vy’ikibira, ni ko umukunzi wanje ameze mu bahungu+. Igitutu ciwe naracipfuje bimwe vy’igihababu, kandi aho ni ho nicaye, icamwa ciwe kigasosera amagage yanje.
2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+.
3 “Kurya kw’igiti c’ipome+ mu biti vy’ikibira, ni ko umukunzi wanje ameze mu bahungu+. Igitutu ciwe naracipfuje bimwe vy’igihababu, kandi aho ni ho nicaye, icamwa ciwe kigasosera amagage yanje.