Zaburi 45:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+. Abanyefeso 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 kugira ngo azane ishengero kuri we nyene mu bwiza bwakaka bwaryo+, ritagira agatosi canke umunkanyari canke ico ari co cose muri mwene ivyo, ahubwo ribe ryeranda kandi ritagira ikirabagu+.
9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+.
27 kugira ngo azane ishengero kuri we nyene mu bwiza bwakaka bwaryo+, ritagira agatosi canke umunkanyari canke ico ari co cose muri mwene ivyo, ahubwo ribe ryeranda kandi ritagira ikirabagu+.