Zaburi 45:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+. Indirimbo ya Salomo 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Umukunzi wawe arusha iki uwundi mukunzi wese+, ga mwiza w’agahebuza mu bagore+? Umukunzi wawe arusha iki uwundi mukunzi wese, aho uturahiza indahiro nk’iyo+?”
2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+.
9 “Umukunzi wawe arusha iki uwundi mukunzi wese+, ga mwiza w’agahebuza mu bagore+? Umukunzi wawe arusha iki uwundi mukunzi wese, aho uturahiza indahiro nk’iyo+?”