ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “‘Ntimwihumanishe na kimwe muri ivyo, kuko ivyo bintu vyose ari vyo amahanga ndiko ndirukana ngo ave imbere yanyu yihumanishije+.

  • Guharura 35:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “‘Kandi ntimuze muhumanye igihugu murimwo; kuko amaraso ari yo ahumanya igihugu+, kandi igihugu ntigishobora gutangirwa impongano y’amaraso yavishijwe muri co, kiretse biciye ku maraso y’uwayavishije+.

  • 2 Ngoma 33:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko Manase+ aguma yosha Yuda+ n’ababa i Yeruzalemu ngo bakore nabi kurusha+ amahanga Yehova yari yarazimanganije imbere ya bene Isirayeli+.

  • Yeremiya 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Biravugwa ngo: “Umugabo aramutse yirukanye umugore wiwe maze uno akavana koko na we hanyuma akaba uw’uwundi mugabo, mbega yoba agisubirana na nya mugore+?”

      Mbega ico gihugu nticahumanijwe rwose+?

      “Nawe wakoranye ubumaraya n’abagenzi benshi+; mbega wogaruka kuri jewe+?” ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 23:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Kuko umuhanuzi n’umuherezi bompi bahumanye+. No mu nzu yanje nasanzeyo ububi bwabo+,” ni ko Yehova avuze.

  • Gucura intimba 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kubera ibicumuro vy’abahanuzi biwe, amakosa y’abaherezi biwe+,

      Hagati muri we hǎri abasesa amaraso y’abagororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika