Itanguriro 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu mwaka ugira amajana atandatu Nowa abayeho, mu kwezi kugira kabiri, ku musi ugira cumi n’indwi w’ukwo kwezi, kuri uwo musi imbizi zose z’inyenga y’amazi nini amahanga zirasaduka, n’ingomero z’amajuru ziruguruka+. Imigani 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?
11 Mu mwaka ugira amajana atandatu Nowa abayeho, mu kwezi kugira kabiri, ku musi ugira cumi n’indwi w’ukwo kwezi, kuri uwo musi imbizi zose z’inyenga y’amazi nini amahanga zirasaduka, n’ingomero z’amajuru ziruguruka+.
4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?