Yeremiya 31:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko hari umusi aho abareretsi mu karere k’imisozi ka Efurayimu bazosemerera koko bati: ‘Haguruke tuduge i Siyoni, kuri Yehova Imana yacu+.’” Zakariya 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga+ bazofata+ koko impuzu* y’Umuyuda+, bavuge bati: “Turajana+, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe+.”’” Ivyahishuwe 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi impwemu+ na wa mugeni+ biguma bivuga biti: “Ingo!” Kandi uwo wese yumva navuge ati: “Ingo+!” Kandi uwo wese anyotewe naze+; uwo wese ashaka niyakire amazi y’ubuzima ku buntu+.
6 Kuko hari umusi aho abareretsi mu karere k’imisozi ka Efurayimu bazosemerera koko bati: ‘Haguruke tuduge i Siyoni, kuri Yehova Imana yacu+.’”
23 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga+ bazofata+ koko impuzu* y’Umuyuda+, bavuge bati: “Turajana+, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe+.”’”
17 Kandi impwemu+ na wa mugeni+ biguma bivuga biti: “Ingo!” Kandi uwo wese yumva navuge ati: “Ingo+!” Kandi uwo wese anyotewe naze+; uwo wese ashaka niyakire amazi y’ubuzima ku buntu+.