Zaburi 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Teshwe mute, mumenye yuko jewe ndi Imana+.Nzoshirwa hejuru mu mahanga+,Nzoshirwa hejuru mw’isi+.” Zaburi 66:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bwire Imana muti: “Ese ingene ibikorwa vyawe biteye ubwoba+!Kubera ubwinshi bw’inkomezi zawe, abansi bawe bazoza kuri wewe bahinda agashitsi+. Zaburi 83:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uzuza mu maso habo agateterwe+,Kugira abantu barondere izina ryawe, ewe Yehova+! Ezekiyeli 38:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzokwininahaza koko, niyeze+ nongere nimenyekanishe mu maso y’amahanga menshi; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’
10 “Teshwe mute, mumenye yuko jewe ndi Imana+.Nzoshirwa hejuru mu mahanga+,Nzoshirwa hejuru mw’isi+.”
3 Bwire Imana muti: “Ese ingene ibikorwa vyawe biteye ubwoba+!Kubera ubwinshi bw’inkomezi zawe, abansi bawe bazoza kuri wewe bahinda agashitsi+.
23 Nzokwininahaza koko, niyeze+ nongere nimenyekanishe mu maso y’amahanga menshi; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’