Kuvayo 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi ubwanyu muzombera ubwami bw’abaherezi n’ihanga ryeranda+.’ Ayo ni yo majambo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli.” Gusubira mu vyagezwe 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+? Malaki 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kandi bazocika abanje koko+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “umusi nzobagira inyegu idasanzwe+. Kandi nzobagirira impuhwe nk’uko umuntu agirira impuhwe umwana wiwe amukorera+. Ivyakozwe 2:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 bashemeza Imana kandi bakagira ubutoni ku bantu bose+. Ico gihe nyene ku musi ku musi Yehova yaguma abongerako+ abaza barakizwa+. 1 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.
6 Kandi ubwanyu muzombera ubwami bw’abaherezi n’ihanga ryeranda+.’ Ayo ni yo majambo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli.”
8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+?
17 “Kandi bazocika abanje koko+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “umusi nzobagira inyegu idasanzwe+. Kandi nzobagirira impuhwe nk’uko umuntu agirira impuhwe umwana wiwe amukorera+.
47 bashemeza Imana kandi bakagira ubutoni ku bantu bose+. Ico gihe nyene ku musi ku musi Yehova yaguma abongerako+ abaza barakizwa+.
9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.