Zaburi 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+.
15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+.