Yobu 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umuntu w’umugabo apfuye, yosubira kubaho+?Mu misi yose y’igikorwa canje c’umuruho nzorindira+,Gushika ugutabarwa kwanje kuje+. Umusiguzi 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, urukundo rwabo n’urwanko rwabo n’ishari ryabo vyaramaze gushira+, kandi nta mugabane bagifise gushika igihe kitagira urugero mu kintu na kimwe kibwirizwa gukorwa munsi y’izuba+. Yeremiya 51:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze. Matayo 25:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Abo bazoja mu kurandurwa kw’ibihe bidahera+, mugabo abagororotsi baje mu buzima budahera+.”
14 Umuntu w’umugabo apfuye, yosubira kubaho+?Mu misi yose y’igikorwa canje c’umuruho nzorindira+,Gushika ugutabarwa kwanje kuje+.
6 Vyongeye, urukundo rwabo n’urwanko rwabo n’ishari ryabo vyaramaze gushira+, kandi nta mugabane bagifise gushika igihe kitagira urugero mu kintu na kimwe kibwirizwa gukorwa munsi y’izuba+.
39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.