ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Igihe Yehova azoba yakuyeho umwanda mukuru w’abakobwa ba Siyoni+, kandi biciye ku mpwemu y’urubanza no ku mpwemu y’ugutongora+ akugunyuza+ mbere n’amaraso+ Yeruzalemu yasheshe, akayivamwo,

  • Yesaya 48:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Raba! Naragutyoroye, ariko si nk’ifeza+. Naraguhisemwo mw’itanure riyaza ivyuma ry’amarushwa+.

  • Ezekiyeli 24:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “‘Mu buhumane bwawe habayemwo ubushirasoni+. Ni co gituma nabwirijwe kuguhumanura, mugabo ntiwahumanutse ubuhumane bwawe+. Ntuzokwongera kuba uwuhumanutse gushika ntururuje ubushangashirwe bwanje ku bikwerekeye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika