Zaburi 73:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bavuze ngo: “Imana yabimenye ite+?Kandi, mbega hari ubumenyi buri muri Musumbavyose+?” Zaburi 94:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Baguma bavuga ngo: “Ya* ntabibona+;Imana ya Yakobo ntitahura+.”