Yesaya 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yamara Abanyamisiri ni abantu bakuwe mw’ivu+, si Imana; amafarasi yabo ni inyama+, si impwemu. Kandi Yehova ubwiwe azoramvura ukuboko kwiwe, uwufasha atsitare, uwufashwa na we atembe+, kandi ico gihe nyene bazorangira bose uko bangana. Yeremiya 2:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Kubera iki ubona ko guhindura inzira yawe ata co bivuze+? Misiri na yo nyene izotuma umaramara+, nk’uko Ashuri yatumye umaramara+. Hoseya 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Efurayimu yarabonye indwara yiwe, Yuda na we abona igisebe ciwe+. Nuko Efurayimu aja i Ashuri+, atuma intumwa ku mwami ahambaye+. Mugabo uno, mwebwe ntiyashoboye kubakiza+, kandi ntiyashoboye kubavura igisebe akoresheje umuti+.
3 Yamara Abanyamisiri ni abantu bakuwe mw’ivu+, si Imana; amafarasi yabo ni inyama+, si impwemu. Kandi Yehova ubwiwe azoramvura ukuboko kwiwe, uwufasha atsitare, uwufashwa na we atembe+, kandi ico gihe nyene bazorangira bose uko bangana.
36 Kubera iki ubona ko guhindura inzira yawe ata co bivuze+? Misiri na yo nyene izotuma umaramara+, nk’uko Ashuri yatumye umaramara+.
13 “Efurayimu yarabonye indwara yiwe, Yuda na we abona igisebe ciwe+. Nuko Efurayimu aja i Ashuri+, atuma intumwa ku mwami ahambaye+. Mugabo uno, mwebwe ntiyashoboye kubakiza+, kandi ntiyashoboye kubavura igisebe akoresheje umuti+.