2 Ngoma 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ari kumwe n’imikogote+ igihumbi n’amajana abiri n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongo itandatu; abantu bazananye na we bavuye mu Misiri, ni ukuvuga Abanyalibiya+, Abasukiyimu n’Abanyetiyopiya+, ntibaharurika+. Yesaya 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova abandanya kuvuga ati: “Nk’uko umusavyi wanje Yesaya yagendagenze imyaka itatu ari gusa n’ibirenge bigaragara, bwa kimenyetso+ n’imburizi kuri Misiri+ na Etiyopiya+,
3 ari kumwe n’imikogote+ igihumbi n’amajana abiri n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongo itandatu; abantu bazananye na we bavuye mu Misiri, ni ukuvuga Abanyalibiya+, Abasukiyimu n’Abanyetiyopiya+, ntibaharurika+.
3 Yehova abandanya kuvuga ati: “Nk’uko umusavyi wanje Yesaya yagendagenze imyaka itatu ari gusa n’ibirenge bigaragara, bwa kimenyetso+ n’imburizi kuri Misiri+ na Etiyopiya+,