ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Baguma batuma ubuzima bwabo buba umururazi mu kubakoresha ibikorwa vy’ubushumba biruhisha vyo guponda ubudongo bw’ibumba+ no kubumba amatafari, no mu kubakoresha ibikorwa vy’ubushumba vy’ubwoko bwose mu matongo+, emwe, ibikorwa vy’ubushumba vy’ubwoko bwose babakoreshamwo ari abashumba, mu mukazo+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo ni mwebwe Yehova yatoye kugira abakure muri rya tanure rishongesha ivyuma+ ari ryo Misiri, kugira mumubere igisata ciharijwe+, nk’uko biri uyu musi.

  • Yeremiya 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 ayo nategetse ba sogokuruza banyu ku musi nabadugana ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, mw’itanure rishongesha ivyuma+, nti: ‘Nimugamburuke ijwi ryanje, mukore mwisunze ivyo ndabategeka vyose+; maze muzoba koko abantu banje, nanje nzoba Imana yanyu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika