ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 31:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+, abishimira amafarasi gusa+, bagashira ivyizigiro vyabo mu mikogote y’intambara+, kuko ari myinshi, no mu mafarasi y’imbangutsi, kuko ari ay’inkomezi nyinshi, mugabo batahanze amaso wa Mweranda wa Isirayeli kandi ntibarondere Yehova ubwiwe+.

  • Yesaya 31:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yamara Abanyamisiri ni abantu bakuwe mw’ivu+, si Imana; amafarasi yabo ni inyama+, si impwemu. Kandi Yehova ubwiwe azoramvura ukuboko kwiwe, uwufasha atsitare, uwufashwa na we atembe+, kandi ico gihe nyene bazorangira bose uko bangana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika