Zaburi 33:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ifarasi ni uruhendo mu vy’ugukiza+,Kandi ku bwinshi bw’inkomezi zayo, nta we irokora+. Amosi 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aho guhungira hazokamangana uwunyaruka ahabure+, kandi nta wukomeye n’umwe azoshimangira ububasha bwiwe, eka nta munyenkomezi n’umwe azonyaga amagara+.
14 Aho guhungira hazokamangana uwunyaruka ahabure+, kandi nta wukomeye n’umwe azoshimangira ububasha bwiwe, eka nta munyenkomezi n’umwe azonyaga amagara+.