Yesaya 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yehova na we ntazobura guteza ibisekera urutwariro rw’abakobwa ba Siyoni+, kandi Yehova ubwiwe azokoba uruhanga rwabo+. Yeremiya 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nzorandura muri bo ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero+, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+, urwamo rw’urusyo rw’amaboko+ n’umuco w’itara+.
17 Yehova na we ntazobura guteza ibisekera urutwariro rw’abakobwa ba Siyoni+, kandi Yehova ubwiwe azokoba uruhanga rwabo+.
10 Nzorandura muri bo ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero+, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+, urwamo rw’urusyo rw’amaboko+ n’umuco w’itara+.