Zaburi 123:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Nk’uko amaso y’abasuku yama ahanze ukuboko kwa shebuja+,Nk’uko amaso y’umusukukazi yama ahanze ukuboko kwa inabuja+,Ni ko amaso yacu yama ahanze Yehova Imana yacu+Gushika atugiriye ubutoni+.
2 Raba! Nk’uko amaso y’abasuku yama ahanze ukuboko kwa shebuja+,Nk’uko amaso y’umusukukazi yama ahanze ukuboko kwa inabuja+,Ni ko amaso yacu yama ahanze Yehova Imana yacu+Gushika atugiriye ubutoni+.