Zaburi 97:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+. Daniyeli 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”
9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+.
37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”