2 Abami 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Wavuze (mugabo ni akarimi gusa) uti: ‘Ndafise impanuro+ n’inkomezi ku bw’intambara.’ None wizigiye nde, aho wangararije+? Zaburi 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inzira ziwe ziguma zitunganirwa igihe cose+.Ingingo zawe z’ubutungane* zirahanitse, ntazishikira+;Nayo abamwanka bose, abahemerako+.
20 Wavuze (mugabo ni akarimi gusa) uti: ‘Ndafise impanuro+ n’inkomezi ku bw’intambara.’ None wizigiye nde, aho wangararije+?
5 Inzira ziwe ziguma zitunganirwa igihe cose+.Ingingo zawe z’ubutungane* zirahanitse, ntazishikira+;Nayo abamwanka bose, abahemerako+.