Gusubira mu vyagezwe 28:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 Kandi ubuzima bwawe buzoba mu kaga gahebuje, wame mu bwoba ijoro n’umurango, kandi wamanire impungenge ubuzima bwawe+. Gusubira mu vyagezwe 28:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Bukeye uzovuga uti: ‘Icompa bukira!’, bwije na ho uti: ‘Icompa bugaca!’, kubera ubwoba bwo mu mutima wawe buzoba bugutekeye, no kubera ivyo uzobona n’amaso yawe+. Zaburi 53:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Aho nyene baratekewe n’ubwoba bwinshi+,Ahantu ata bwoba bwari buhari+;Kuko Imana ubwayo itazobura gusanzaza amagufa y’uwo wese akambitse ngo agutere+.Ntuzobura kubamaramaza, kuko Yehova ubwiwe yabataye nk’akanuka+.
66 Kandi ubuzima bwawe buzoba mu kaga gahebuje, wame mu bwoba ijoro n’umurango, kandi wamanire impungenge ubuzima bwawe+.
67 Bukeye uzovuga uti: ‘Icompa bukira!’, bwije na ho uti: ‘Icompa bugaca!’, kubera ubwoba bwo mu mutima wawe buzoba bugutekeye, no kubera ivyo uzobona n’amaso yawe+.
5 Aho nyene baratekewe n’ubwoba bwinshi+,Ahantu ata bwoba bwari buhari+;Kuko Imana ubwayo itazobura gusanzaza amagufa y’uwo wese akambitse ngo agutere+.Ntuzobura kubamaramaza, kuko Yehova ubwiwe yabataye nk’akanuka+.