ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ariko umwami wa Ashuri yubura umugambi mubi+ muri Hosheya, kuko yari yatumye intumwa ku mwami wa Misiri+ yitwa So, kandi akaba ataduganira ikibuguro umwami wa Ashuri nko mu myaka yo hambere. Ku bw’ivyo umwami wa Ashuri aramwugarana, aguma amuboheye mu nzu y’ibohero+.

  • Yesaya 30:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 abafata inzira ngo bamanuke mu Misiri+ kandi batasiguje akanwa kanje+, ngo bikinge igihome gikomeye ca Farawo no kugira ngo bahungire mu gitutu ca Misiri+!

  • Yesaya 31:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+, abishimira amafarasi gusa+, bagashira ivyizigiro vyabo mu mikogote y’intambara+, kuko ari myinshi, no mu mafarasi y’imbangutsi, kuko ari ay’inkomezi nyinshi, mugabo batahanze amaso wa Mweranda wa Isirayeli kandi ntibarondere Yehova ubwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika