2 Ngoma 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubu ntoye+ koko iyi nzu kandi ndayejeje, kugira ngo izina ryanje+ rihabe gushika igihe kitagira urugero+, kandi amaso yanje n’umutima wanje bizokwama ari ho biri+.
16 Ubu ntoye+ koko iyi nzu kandi ndayejeje, kugira ngo izina ryanje+ rihabe gushika igihe kitagira urugero+, kandi amaso yanje n’umutima wanje bizokwama ari ho biri+.