2 Abami 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vyongeye, atuma Eliyakimu+, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga n’abagabo b’inararibonye bo mu baherezi, bambaye amagunira, kuri Yesaya+ umuhanuzi mwene Amozi+.
2 Vyongeye, atuma Eliyakimu+, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga n’abagabo b’inararibonye bo mu baherezi, bambaye amagunira, kuri Yesaya+ umuhanuzi mwene Amozi+.