ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yizigira Yehova Imana ya Isirayeli+; kandi mu nyuma ziwe nta n’umwe yabaye nka we mu bami ba Yuda bose+, mbere no mu bari baramwitangiye imbere+.

  • 2 Ngoma 32:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 None rero, Hezekiya ntabahende+ canke ngo abahendahende+ gutyo, kandi ntimumwizigire, kuko ata mana y’ihanga na rimwe canke y’ubwami na bumwe yashoboye kurokora abantu bayo mu kuboko kwanje no mu kuboko kwa ba sogokuruza banje. Imana yanyu yoyo ntizogeza kubarokora mu kuboko kwanje+!’”

  • Zaburi 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 “Yiragije Yehova+. Namukize+!

      Namurokore, ko yamuhimbaye+!”

  • Yesaya 36:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Rabushake ababwira rero ati: “Ndabinginze mubwire Hezekiya muti: ‘Ibi ni vyo umwami ahambaye+, umwami wa Ashuri+, avuze: “Ico cizigiro wizigiye ni nyabaki+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika