ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hanyuma umwami wa Ashuri aduga gutera igihugu cose yongera aduga i Samariya, amara imyaka itatu ahasugereje+.

  • 2 Ngoma 32:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mbega ntimuzi ivyo jewe ubwanje na ba sogokuruza banje twagiriye ibisata vyose vy’ibihugu+? Mbega imana+ z’amahanga y’ivyo bihugu zarashoboye na gato kurokora igihugu cazo mu kuboko kwanje?

  • Yesaya 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 mbega uko nzoba nagiriye Samariya n’imana ata co zimaze zaho+, si ko nyene nzogirira Yeruzalemu n’ibigirwamana vyaho+?’

  • Yesaya 36:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 kugira ngo Hezekiya ntabahendahende+ ngo: ‘Yehova ubwiwe azoturokora.’ Mbega imwimwe yose mu mana z’amahanga, yoba yarigeze kurokora igihugu cayo mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika