ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Mu misi ya Peka umwami wa Isirayeli, Tigulati-pileseri+ umwami wa Ashuri+ arashika hanyuma afata Iyoni+ na Abeli-beti-mayaka+ na Yanowa na Kedeshi+ na Hazori+ na Gileyadi+ na Galilaya+, igihugu cose ca Nafutali+, maze abajana mu bunyagano i Ashuri+.

  • 2 Abami 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko umwami wa Ashuri aramwumviriza maze aduga i Damasiko+, arahafata+ hanyuma abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini+ na we aramwica.

  • 1 Ngoma 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nuko Imana ya Isirayeli ikabura impwemu+ ya Puli+ umwami wa Ashuri+, egome, impwemu ya Tilugati-piluneseri+ umwami wa Ashuri, ku buryo atwara mu bunyagano+ abo mu Barubeni n’abo mu Bagadi n’abo mu gice c’umuryango wa Manase, akabajana i Hala+ n’i Habori n’i Hara no ku ruzi Gozani; bagumayo gushika n’uyu musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika