14 Kuko ubu ngira ndungike ivyago vyanje vyose bikubite umutima wawe, bije no ku basavyi bawe, no ku bantu bawe, kugira umenye ko mw’isi yose ata n’umwe ariho ameze nkanje+.
9 Baca bamubwira bati: “Abasuku bawe bavuye mu gihugu ca kure cane+ ku bijanye n’izina+ rya Yehova Imana yawe, kuko twumvise ingene ari rurangiranwa be n’ivyo yakoze mu Misiri vyose+,