2 Abami 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mbega ntiwumvise+? Kuva mu bihe vya kera cane, ivyo ni vyo nzokora+.Kuva mu misi ya kera na rindi naravyiyumviriye+.Ubu rero ngira ndabishitse+.Wewe uzokoreshwa mu gutuma ibisagara bikingijwe ibihome bicika umusaka nk’ibirundo vy’ibihomvagurike+. Zaburi 33:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inama ya Yehova izorama gushika igihe kitagira urugero+;Ivyiyumviro vy’umutima wiwe bigumaho iyaruka rimwe inyuma y’irindi+. Yesaya 46:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umwe ahamagara i burasirazuba inyoni ihiga+, agahamagara mu gihugu ca kure umuntu wo gushitsa impanuro yanje+. Narabivuze; no kubishitsa nzobishitsa+. Naravyiyumviriye, no kubikora nzobikora+.
25 Mbega ntiwumvise+? Kuva mu bihe vya kera cane, ivyo ni vyo nzokora+.Kuva mu misi ya kera na rindi naravyiyumviriye+.Ubu rero ngira ndabishitse+.Wewe uzokoreshwa mu gutuma ibisagara bikingijwe ibihome bicika umusaka nk’ibirundo vy’ibihomvagurike+.
11 Inama ya Yehova izorama gushika igihe kitagira urugero+;Ivyiyumviro vy’umutima wiwe bigumaho iyaruka rimwe inyuma y’irindi+.
11 Umwe ahamagara i burasirazuba inyoni ihiga+, agahamagara mu gihugu ca kure umuntu wo gushitsa impanuro yanje+. Narabivuze; no kubishitsa nzobishitsa+. Naravyiyumviriye, no kubikora nzobikora+.