Zaburi 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Haguruka, Yehova we; nuhangane na we amaso mu yandi+;Mwunamike; kiza ubuzima bwanje umubisha ukoresheje inkota yawe+, Yesaya 55:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.
13 Haguruka, Yehova we; nuhangane na we amaso mu yandi+;Mwunamike; kiza ubuzima bwanje umubisha ukoresheje inkota yawe+,
11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.