Zaburi 37:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko bazokabirana ningoga nk’ivyatsi+,Bayame nk’ivyatsi bitoto bikiri bishasha+. Zaburi 92:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo ababisha banaze nk’ivyatsi+,N’abakora ibibabaza bose bagashurika,Ni ukugira ngo bazimanganywe buhere+. Zaburi 103:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo umuntu buntu, imisi yiwe ni nk’iy’ivyatsi bitoto+;Ashurika nka kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba+. Yesaya 40:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ivyatsi bitoto vyumye+, ishurwe ryakabiranye, kuko impwemu nyene ya Yehova ari yo yabihuhutiyeko+. Ni ukuri abantu ni ivyatsi bitoto+. Yakobo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 n’umutunzi+ yiratire uguteterezwa kwiwe, kubera azohita nk’ishurwe ryo mu vyatsi+.
7 Iyo ababisha banaze nk’ivyatsi+,N’abakora ibibabaza bose bagashurika,Ni ukugira ngo bazimanganywe buhere+.
15 Nayo umuntu buntu, imisi yiwe ni nk’iy’ivyatsi bitoto+;Ashurika nka kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba+.
7 Ivyatsi bitoto vyumye+, ishurwe ryakabiranye, kuko impwemu nyene ya Yehova ari yo yabihuhutiyeko+. Ni ukuri abantu ni ivyatsi bitoto+.