2 Abami 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzokwongera ata gukeka imyaka cumi n’itanu ku misi yawe, kandi wewe n’iki gisagara nzobarokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri, kandi nzorwanira+ iki gisagara ku bwanje no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.”’” Yesaya 31:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kurya kw’inyoni ziguruka, ni ko Yehova nyen’ingabo azorwanira Yeruzalemu+. Azoharwanira, anaharokore koko+. Azohaziguriza, mbere aharokore.” Yesaya 38:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi wewe n’iki gisagara nzobarokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri, kandi nzorwanira iki gisagara+.
6 Nzokwongera ata gukeka imyaka cumi n’itanu ku misi yawe, kandi wewe n’iki gisagara nzobarokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri, kandi nzorwanira+ iki gisagara ku bwanje no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.”’”
5 Kurya kw’inyoni ziguruka, ni ko Yehova nyen’ingabo azorwanira Yeruzalemu+. Azoharwanira, anaharokore koko+. Azohaziguriza, mbere aharokore.”
6 kandi wewe n’iki gisagara nzobarokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri, kandi nzorwanira iki gisagara+.