1 Abami 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko, kubera Dawidi+, Yehova Imana yiwe yamuhaye itara+ i Yeruzalemu, mu guhagurutsa umuhungu wiwe mu nyuma ziwe no mu kugumizaho Yeruzalemu+, 2 Abami 19:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nzorwanira+ koko iki gisagara kugira ngo ndagikize ku bwanje+ no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.”’” Yeremiya 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bazokorera koko Yehova Imana yabo na Dawidi umwami wabo+, uwo nzobahagurukiriza+.” Ezekiyeli 37:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “‘“Umusavyi wanje Dawidi azoba umwami abaganza+, kandi bose bazogira umwungere umwe+; bazogendera mu ngingo zanje z’ubutungane+, bagumye ivyagezwe vyanje+, babishitse koko+.
4 Kuko, kubera Dawidi+, Yehova Imana yiwe yamuhaye itara+ i Yeruzalemu, mu guhagurutsa umuhungu wiwe mu nyuma ziwe no mu kugumizaho Yeruzalemu+,
34 Nzorwanira+ koko iki gisagara kugira ngo ndagikize ku bwanje+ no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.”’”
24 “‘“Umusavyi wanje Dawidi azoba umwami abaganza+, kandi bose bazogira umwungere umwe+; bazogendera mu ngingo zanje z’ubutungane+, bagumye ivyagezwe vyanje+, babishitse koko+.