-
2 Samweli 24:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Umumarayika+ aguma atumye ukuboko kwiwe akwerekeje kuri Yeruzalemu kugira ngo ahahonye; Yehova atangura kwicuza+ kubera ico cago, maze abwira nya mumarayika yariko arahonya mu bantu ati: “Birahagije! Ubu rero numanure ukuboko kwawe.” Uwo mumarayika wa Yehova yari hafi y’imbuga y’ikubitiro ya Arawuna+ Umuyebusi+.
-