-
2 Ngoma 32:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 Nuko Yehova arungika umumarayika+, azimanganya abagabo bose b’intwari kandi b’abanyenkomezi+, n’indongozi n’abakuru mw’ikambi y’umwami wa Ashuri+, ku buryo asubira mu gihugu ciwe n’ibimaramare mu maso. Mu nyuma yinjira mu nzu y’imana yiwe, maze ng’aho bamwe mu bo yari yarivyariye bamwicisha inkota+.
-