2 Abami 19:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko Senakeribu+ umwami wa Ashuri afata inzira aragenda, asubira inyuma+, maze aba i Ninewe+.